Twige Igiswayire: Isomo Rya 1

0
138
  1. Kubeba: gutwara.

Eg: Ninaweza kubeba begi yako.

Nshobora gutwara igikapu cyawe.

 

  1. Kuoa: kurongora,gushaka.

Eg: Umeoa  bwana?

Wararongoye bwana?

 

  1. Kuvaa: kwambara.

Eg: Vaa kofia

Ambara ingofero

 

  1. Kuonja: gusogongera.

Eg: Naweza kuonja pombe hii?

Nshobora gusogongera iyi nzoga?

 

  1. Kupiga simu: guterefona.

Kupigia simu: guhamagaraumuntu

Eg: Nitakupigia simu baadaye.

     Ndaza kuguhamagara.

 

  1. Kusali: gusenga.

Eg: Unasali mara tano kwa siku?

Usenga inshuro eshanu ku munsi?

 

  1. Kusafisha : gusukura, guhanagura.

Eg: Ninasafisha sahani.

Ndigusukura amasahani.

 

8.Kuamua: kwanzura.

Eg : Tumeamua kwenda.

Twanzuye kugenda.

 

9.Kugusa: gukora, gufata( ku muntu, ikintu).

Eg: Nimemgusa machoni.

Namukoze mu maso.

  1. Kushiriki: kugira uruhare cg kugaragara mu bintu.

Eg: Kila mtu anataka kushiriki.

Buri wese ashaka kugiramo uruhare.

Share This